Dj Kolly - Ndumu Boss wanje lyrics

Published

0 155 0

Dj Kolly - Ndumu Boss wanje lyrics

NDUMU BOSS WANJE-SNOW CAY GG Production SNOW CAY INTRO:Y'all its ur Boi Snow Cay oh my n***a Ayoo wat up Kolly?(Dj kolly) Thank u so much man Amma ma own BOSS Yeah my overdo Team wat up? I see u Nanga,I see u Stikk,I see u Driver,I see u N-t An' everybody in the house right here dear...Keep it up Chorus 1 Subirinyuma(maaa) mugabo ntunsubizinyuma Jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma Mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa) Subirinyuma mugabo ntunsubizinyuma Jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma Mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa) Ndumu BOSS wanje SNOWCAY ndumu BOSS wanje Ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje Nkoresheje head yanje(Yaaah!!!) Ndumu BOSS wanje SNOWCAY ndumu BOSS wanje Ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje Nkoresheje head yanje(Yaaah!!!) Verse 1 (SNOWCAY) Isazi ntisinzira ryatse iguma iguruka Nanje singona i beat ivuze amatwi arumva amaboko akandika(braa!!!) Ndi a la mode,kuki wigira sindavyumva? Kwubaka izina sugufyina ahuzoja hose j**'uzogum'unyumva(nyumva) Ndumu BOSS wanje,nkwemeze ko ndumu BOSS wanje Urya mu b**h usigaye ujana ntuzi ko yahora ar'umu demu wanje?(Unhaa!!) Haguruka(wow!!) Tambuka(tambuka!!) Simbuka(simbuka) Shinuka(shinuka) Ntugir'ubwoba Turikumwe naba Niho baba(waah) Ntibava mwitaba(yeah) Kuguma undaba ivyo mvuga vyoba ar'amakosa Canke nabaye gugu nkambara impuzu SIMIYONI ataramesa(hoou!!) Mugenzi wanje Jewe ndumu BOSS wanje Ntakindi kinzanye ngaha atar'ukugusab'ivyanje(braah) Bizane(braah) Ndabibone(yeah) Ndavyerekane yewe atarivyo nguhane Chorus 2 Subirinyuma(maaa) mugabo ntunsubizinyuma Jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma Mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa) Subirinyuma mugabo ntunsubizinyuma Jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma Mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa) Ndumu BOSS wanje SNOWCAY ndumu BOSS wanje Ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje Nkoresheje head yanje(Yaaah!!!) Ndumu BOSS wanje SNOWCAY ndumu BOSS wanje Ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje Nkoresheje head yanje(Yaaah!!!) Verse 2 (SNOWCAY) Ic'ushatse kuvuga ntiwandike ntikib'arico Inyeyeri mwijoro ziraka gushika buce(braah!!) Bk amaso arahindur'imico Akayi agakunkumura ntavya buhoro buhoro(zigzag) Bobo akana uti sorry ntuzonyankire ico Paparazzi Mendrew nivyo azi avug'i picture igatambuka(aaanh!!) Abajama bagashinuka kumbuga Deya yac'uba lazy layzy ba nk'umusazi(wouh!!) Mucongereza ni go crazy Sigi gir'ikigongwe ugire n'ibisigi(giii) Young Snow niwe Lil G n***a nibisanzwe thund'iwiwe nikaranga(Gun) Flow yanje sinkizindi ntavyo baramenya Niwanyereka ico nsinya ngo nsinye nzosinya Ntaco ninona ndagurutse na Capitain Gusang'iyari Umwami W'ibirere(brah!!) Chorus 3 Subirinyuma(maaa) mugabo ntunsubizinyuma Jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma Mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa) Subirinyuma mugabo ntunsubizinyuma Jewe ndakunda kuvuga ibintu munyuma Mugabo ntibisubizwa inyuma(maaa) Ndumu BOSS wanje SNOWCAY ndumu BOSS wanje Ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje Nkoresheje head yanje(Yaaah!!!) Ndumu BOSS wanje SNOWCAY ndumu BOSS wanje Ivyo nkora vyose ndabikora kubwanje Nkoresheje head yanje(Yaaah!!!) Outro... Hahahaha,Its ur Boi Snow Cay n***a U kno wa' n***a? I k** this bus'n's wit no other Jus' get the f**ed up n***a An' everyday we stay up Grind every summer,every muci..hahahaha(kolly the magic) Yeah i got here huge big up to all ma neighborhood Mendrew,Sigi,Deya,Bk,Bobo,Martial..Unh Ddddj Prince